QUARTIER CECENI IRI MURI ZONE MUSAGA IBIRABO VYUGURURA ISAHA CUMI NA ZIBIRI ZO MU GATONDO

Mu gihe amasaha yokwugurura ibirabo azwi ari isaha icenda z’umuhingamo,muri secteur ya muzenga bakunze kwita ceceni iri muri quartier kinanira ya zone musaha,ububare bwugurura isaha cumi na zibiri zo mu gitondo aho gushika isaha zibiri zo mu gitondo abashorera ivyo birabo baba baborewe.

Laisser un commentaire

Votre adresse de messagerie ne sera pas publiée. Les champs obligatoires sont indiqués avec *