Emissions

Emission:  INARUGO MU BURUNDI

Urwanko rw’umukazana na inabukwe ruvugwa mu Burundi ndetse no mu makungu kuva na kera na rindi rwoba rusiguritse? Abashakashatsi mu vy’imibano babivugako iki? Umuntu yoshobora kurwirinda?  Tega amatwi kino kiganiro

 


Emission: IBIDUKIKIJE

Abanyagihugu baba hafi y’ikiyaga Tanganyika barabangamiwe n’amazi y’ico kiyaga yongerekanye akarenga inkombe zico kiyaga. inyubakwa, imirima, amabarabara, n’ibindi biguma vyononekara kubera ayo mazi.

Ido n’ido ni muri kino kiganiro c’ibidukikije mwateguriwe na Vincent UWIMANA.

 

 


Emission: BARASHOBOYE

Abakenyezi barashoboye gukora ubuzi bw’ubuhinga nko gushira umuyagankuba mu vyuma. Agnes Turayihaye wo mu Rumonge ni akarorero keza, akazi kiwe ashira umuyagankuba mu bwato. Ico ciyumviro caje gute? avyungukamwo iki? hari intambamyi bahura mu kazi kiwe?

 

 


Emission: HINDURINGENDO

Le code du travail est-il respecté au Burundi? Qu’en disent les travailleurs? qu’en pensent les employeurs? quelle est la contribution du gouvernement? Suivez cette emission

 

 


Emission: ICIRORE

Le tambour burundais, patrimoine international reconu par l’UNESCO. Difficile d’en parler sans évoquer le nom d’ Antime BARANSAKAJE. Qui est-ce? Quelle a été sa contribution au développement du tambour burundais?…

 

 


Emission: HINDURINGENDO

Le chômage hante la jeunesse burundaise. Cela ménace 65% de la jeunesse burundaise (si on se réfère aux rapports de l’ONU). Mais certains de ces jeunes commencent à être créatifs en créant eux-mêmes de l’emploi. Belyse GASASE, licenciée en Psychologie, exerce le commerce de la farine de blé.

 

 


Emission:  INARUGO MU BURUNDI

La Gestion équitable du patrimoine familal entre époux reste un défis dans certains ménages. Pourtant, l’article 126 du code des personnes et de la famille du 28 avril 1980 reconnait l’égalité des époux dans cette affaire. L’émission Inarugo mu Burundi du 26 février 2018 réunit les différentes personnalités concernées par ce fait social.

Laisser un commentaire

Votre adresse de messagerie ne sera pas publiée. Les champs obligatoires sont indiqués avec *