EMISSION: BARASHOBOYE.

Abantu batari bake bazi k’umwuga wo kunyoga i moto ar’umwuga w’abantu b’igitsina gabo gusa.Ariko n’abakenyezi ngo barashoboye .Claudine NIMBONA n’umwe mubatunzwe  nuwo mwuga…

 

 

Laisser un commentaire

Votre adresse de messagerie ne sera pas publiée. Les champs obligatoires sont indiqués avec *