Archives pour la catégorie Afrique

Kutigisha ivyigwa vyose mu kirundi gushika muri za kaminuza mu Burundi ni agahombo ku gihugu

 

Ikirundi ni ururimi rudakoreshwa nk’uko bikwiye mu nyigisho mu Burundi. Icitwazo ngo ni uko kitikwiye ku buryo hoboneka amajambo akwiye yokoreshwa mu mashure no mu bushakashatsi.  Yamara abagize amatohoza baremeza ko ikirundi cikwiye gishobora gukoreshwa mu gutanga inyigisho ku ngero zose, ndetse no muri za kaminuza. Bati ahubwo ni itunga kiretse ko turisuzugura. Continue la lecture

L’éthnie Twa n’est pas représentée à la satisfaction dans les instances de prise des décisions

Le niveau de  représentativité de l’ethnie Batwa dans les instances de prise des décisions n’est pas beaucoup satisfaisant par rapport à l’histoire des Batwa et du pays. C’est ce qu’indique Emmanuel Nengo représentant légal de l’association des Batwa Unissions nous pour la promotion des Batwa UNIPROBA. Continue la lecture