Tous les articles par La Rédaction

L’éthnie Twa n’est pas représentée à la satisfaction dans les instances de prise des décisions

Le niveau de  représentativité de l’ethnie Batwa dans les instances de prise des décisions n’est pas beaucoup satisfaisant par rapport à l’histoire des Batwa et du pays. C’est ce qu’indique Emmanuel Nengo représentant légal de l’association des Batwa Unissions nous pour la promotion des Batwa UNIPROBA. Continue la lecture

IKIGANIRO « AMAGARA MEZA »

Mu gihe indwara ya ebola ibandanya ivugwa mu gihugu ca Repubilika Iharanira Intwaro Rusangi ya Congo (RDC), mu gihugu c’uburundi gihana urubibe na RDC hariko hakorwa iki mu gukinga iyo ndwara? Mbega abanyagihugu bo mu Burundi baramaze kumenya ingene bashobora kwikingira indwara ya ebola? Umviriza iki kiganiro kugira umenye vyinshi.

Kurikira ikiganiro Amagara meza kibayagira kubijanye n’amagara y’abantu, imisi yose ku musi wa Mbere no ku musi wa Kane igihe ca 8h00 mu gitondo

INGARUKA Z’IHINDAGURIKA RY’IBIHE KU BURIMYI MU GIHUGU C’UBURUNDI

Mu gihugu c’uburundi Ihindagurika ry’ibihe rirafise ingaruka ku burimyi. Bimwe mu bitegwa birimwa mu Burundi biriko birahindura ibice vy’igihugu vyahora birimwamwo. ivyo mbere birashika bigahubanya rimwe rimwe ubushakashatsi mu bijanye n’uburimyi. Ido n’ido ni muri kino kiganiro cerekeye ibidukikije

Ikiganiro c’ibidukikije imisi yose ku musi wa Gatatu no ku musi wa Gatanu kuri Radio Culture